Big Fizzo yoba yitavye Imana akoze isanganya?? Willy Nyamitwe agize ico atangaje kuri iyo nkuru mbi

1 Views


Published
Urupfu rwa Big Fizzo?? Hari amakuru ariko akwiragizwa kumbuga ngurukana bumenyi ko umuririmvyi rurangiranwa w'umurundi Big Fizzo yoba yitavye Imana. Ayo makuru akaba yatangajwe bwa mbere n'ikimenyeshamakuru kiyitako ari Jimbere Magazine. Vyukuri Big Fizzo yoba yakoze isabganya akitaba imana??
Category
ICO
Be the first to comment