« TWAKIJIJWE M’UBURYO BWO KUGIR’ICO TWITEZE.»

2 Views


Published
« TWAKIJIJWE M’UBURYO BWO KUGIR’ICO TWITEZE.»
Ntitwakijijwe kubwo gukizwa gusa, ariko twakijijwe kugira ngo impwemu zacu zimaze kuba iziharijwe n’imana imibiri yacu nayo iheze ibone gucungurwa.
Vuba cane witegurire kubona ico witeze …
ABAROMA 8:23-24.
« C’EST EN ESPÉRANCE QUE NOUS SOMMES SAUVÉS. »
Nous sommes sauvés afin que notre esprit après avoir été consacré à Dieu, permette au Père de sauver en revanche notre corps.
Préparez-vous à posséder ce à quoi vous espérer…
ROMAINS 8: 23-24.
“IT WAS BY HOPE THAT WE WERE SAVED.”
We were saved so that when our spirit is completely surrendered to God, enables God to save our whole being.
Get ready to receive what you hope for…
ROMANS 8:23-24.
Category
ICO
Be the first to comment